Tous les cantiques

Iyi si yashaje rwose

Umuco · n° 138

Paroles

Couplet 1

lyi si yashaje rwose, Vyose vyashaje cane, Ntaco mbona gisigaye, Vyose vyashaje cane,

Ico nshaka jewe n’uko, Noba aho ntegerezwa kuba. Répéter 2 fois

Imana yancishije mur’iyi si, Kugira ndayishingire intahe, Kugira ndayibere icabona, Yigaragaze muri jewe,

None Mwami ntaco nokwishoboza, N’unyeze rwose uze twibanire, Mbone gukora ivy’vgomba. Répéter 2 fois

Couplet 2

Iyi si yashaje rwose, S’ivyatsi s’ibiti vyose, Vyose vyashaje cane, None nicare ndye nywe?

Vyose jewe vyandambiye, Ivyo si vy’Iman’inshakako. Répéter 2 fois

Imana yancishije mur’iyi si, Kugira ndayishingire intahe, Kugira ndayibere icabona, Yigaragaze muri jewe,

None Mwami ntaco nokwishoboza, N’unyeze rwose uze twibanire, Mbone gukora ivy’vgomba. Répéter 2 fois

Couplet 3

lyi si yashaje rwose, Kandi yarandambiye, Non’ubu har’ico nipfuza, Kuruta ibindi vyose,

N’ugukora ukugomba, Kw’Imana Yera Ihoraho. Répéter 2 fois

Imana yancishije mur’iyi si, Kugira ndayishingire intahe, Kugira ndayibere icabona, Yigaragaze muri jewe,

None Mwami ntaco nokwishoboza, N’unyeze rwose uze twibanire, Mbone gukora ivy’vgomba. Répéter 2 fois

Couplet 4

Iyi si yashaje rwose, Isigay’ir’urunuka, Ivyayo narabihinyuye, Nipfuza gukora,

Ic’Imana yancishirije, Mur’iyi si yuzuy’umwiza. Répéter 2 fois

Imana yancishije mur’iyi si, Kugira ndayishingire intahe, Kugira ndayibere icabona, Yigaragaze muri jewe,

None Mwami ntaco nokwishoboza, N’unyeze rwose uze twibanire, Mbone gukora ivy’vgomba. Répéter 2 fois

Couplet 5

Bene Data bakundwa, Nimuze duhung’iyi si, Tube aho dutegerezwa, Kuba mu buzima bwacu,

Tugaragaze Umwami, Mu mitima yacu twese. Répéter 2 fois