Tous les cantiques

Inzira yo kuja mw'ijuru ku mana

Umuco · n° 78

Paroles

Umuco 78 - INZIRA YOKUJA MW’IJURU

Couplet 1

Inzira yo kuja mw’Ijuru, ku Mana, benshi cane, bayiheramwo Inzira ni ndende cane.

Iyo nzira ni ndende irimwo imisozi irimwo vyinshi cane n’Inzira y’Abahizi.

Couplet 2

Iyo nzira irimwo ingorane nyinshi cane: zishobora gutesha ingenzi kuja mw’Ijuru.

Iyo nzira ni ndende irimwo imisozi irimwo vyinshi cane n’Inzira y’Abahizi.

Couplet 3

Iyo nzira ni ndende kand’ uravye si ndende; kukw’ abahanz’ Ijuru babona ko atari ndende.

Iyo nzira ni ndende irimwo imisozi irimwo vyinshi cane n’Inzira y’Abahizi.

Couplet 4

Ivyo twaciyemwo nivyo tuzocamwo; ntituvyubakeko duhang’ amaso iy’iwacu.

Iyo nzira ni ndende irimwo imisozi irimwo vyinshi cane n’Inzira y’Abahizi.

Couplet 5

Bakristo iyo nzira ni ndende rwose cane: nivyo tuzocamwo birengey’ ivyo twaciyemwo.

Iyo nzira ni ndende irimwo imisozi irimwo vyinshi cane n’Inzira y’Abahizi.

Couplet 6

Urabe umukwe iyo yitez’ umugeni: nik’Umwami atwiteze kudusanganira kw’ irembo.