Tous les cantiques

Ni nasenga ngateba kwishurwa

Umuco · n° 314

Paroles

Couplet 1

Ni nasenga ngateba kwishurwa, Nzosaba Yesu kwihangana, Nzomenya neza kw’igihe canje, co kwishurwa kitarashika.

(“Jewe”)

Nzihangana gushika kw’iherezo, Nzihangana gushika nishurwe, Nzihangana gushik’ Agarutse, Nzihangana, Nzihangana. Répéter 2 fois

Couplet 2

Ni nabon’ibintu bihindutse, Nzosaba Yesu Ukwihangana, Nzomenya kw’ar’ ivy’igihe gito, Kandi kw’isi igiye gushira.

(“Jewe”)

Nzihangana gushika kw’iherezo, Nzihangana gushika nishurwe, Nzihangana gushik’ Agarutse, Nzihangana, Nzihangana. Répéter 2 fois

Couplet 3

N’aho Satani uzogerageza, Kunyerek’ ivyiza vy’iyi si, Nzokubwira nti: «Je ko namenye, Ivyiza birut’ivyo mw’isi».

(“Jewe”)

Nzihangana gushika kw’iherezo, Nzihangana gushika nishurwe, Nzihangana gushik’ Agarutse, Nzihangana, Nzihangana. Répéter 2 fois

Couplet 4

Ewe Satani waratsinzw’ubu, N’aho wonteza intege nke, Ndazi kw’integuro y’Umukiza, Yama yiteguye gushika.