Tous les cantiques

Ntaho ntaho namba

Umuco · n° 28

Paroles

Couplet 1

./.Ntaho, ntaho namba nzibagira, Umwami wanje./.

Kuko Yaranyiguze aja k’umusaraba abon’ amagorwa arababazwa Azira jewe.

Couplet 2

./.Ntaho ntaho namba nzibagira, amarushwa Yiwe./.

Kuko Yaranyiguze aja k’umusaraba abon’ amagorwa arababazwa Azira jewe.

Couplet 3

./.Ntaho, ntaho namba nzibagira Urukundo rwiwe./.

Kuko Yaranyiguze aja k’umusaraba abon’ amagorwa arababazwa Azira jewe.

Couplet 4

./.Umukiza wanje ntaho namba anyibagira./.

Kuko Yaranyiguze aja k’umusaraba abon’ amagorwa arababazwa Azira jewe.

Couplet 5

./.N’ubu nama ngendera mu Nyonga z’Umwami wanje./.

Yama anyobora neza kandi akankiza abansi bagomba kunyica Akanyoboz’ Ukuboko kwiwe.